Gahuza

BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro

BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro

BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube

Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu

Inkuru iri kw'isonga

  • Espagne: Ibiro vy'amatora vyuguruye icese mu matora rusangiAbanya Espagne amamiriyoni bitezwe kuja gutora muri aya matora yahamagajwe n'umushikiranganji wa mbere, amezi umunani imbere y'ikiringo yari ategekanirijweko.Iminota 18 iraheze
  • Hambavu y'ikarata itukura ya Bellingham, Real Madrid yaraye itakaje akaryo ko guhamvya BarcelonaUru ni urukino rwa mbere Real Madrid itsinzwe inyuma y'inkino 11 zose yari imaze idatsindwa.Haciye isaha 1
  • Igisirikare ca Iran kivuga ko ubwato butwara igitoro bwahiriye muri HormuzIco gisirikare kirakunda gutangaza ivyashikiye ubwato kivuga ko buba bwagerageje guca muri uwo muhora ata ruhusha.Haciye amasaha 2
  • 'Défense' isa n'iy'umurwi wo mu cicaro ca kabiri - Intango ya Pochettino ntizokworoha muri Man UtdMu nkino zitatu za mbere za Mauricio Pochettino, Manchester United yakubiswe ibitsindo 10.Haciye amasaha 3
  • Israel: Netanyahu asaba ko hoshingwa reta y'ubumwe aho uwo bahanganye Eisenkot yobanza kuba umushikiranganji wa mbereEisenkot yishuye mu gutumira Netanyahu, kw’ihoteli iwe, mu biganiro “vy’ukuri kandi vyihuta”.Haciye amasaha 5
  • Burundi: Ekleziya yatse Patiri Abeli Nduwimana amabanga yose, inyuma y'uko yinjiye muri politikeNi ubwa mbere mu mateka y'Uburundi habonetse umupatiri, yari akiri mu mabanga, yinjiye icese muri politike.28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • MSF ivuga ko abakozi bayo babiri bishwe mu gitero ca Israel kw'ivuriro muri GazaIgisirikare ca Israel kivuga ko abo bishwe bari "ivyihebe" vy'umuhari Hamas, ariko ico gitero ciyamirijwe n'ishirahamwe ryitaho amagara kw'isi OMS.28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Guinea-Bissau: Amatora ya perezida yasubitswe mu gihe cy'imyaka ibiriIryo tangazo rivuga ko gusubika amatora bizatanga igihe gihagije cyo kuyategura neza mu buryo bwizewe, agakorwa binyuze mu mucyo, aho abakandida bose bazahabwa amahirwe angana.28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Ubwongereza: Ica gatatu c'urwaruka ntibarigera bagira imibonano mpuzabitsina, ariko benshi bararaba amasanamu y'ubusambanyiMu bafise imyaka iri hagati ya 16 na 24, igice c'abakobwa hamwe na 86% vy'abahungu ni bo bemeza ko baravye ayo mashusho.28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Imvo n'imvano: Ni gute urwaruka amajana n'amajana rw'abarundi rwisanze mu ntambara muri Ukraine? 28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Kenya: Umukuru w'urushengero rwizera ko umuhero w'isi wegereje yagiriwe n'impfu z'abandi bantu 123 Paul Mackenzie yagiriwe no kwica abayoboke biwe, inyuma y'amayinga amaze apfunzwe ku bwicanyi bw'abana bw'ikivunga.28 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Agathon Rwasa agiye kwitura sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro inyuma yo kwankirwa kwitozaUwari yaserukiye Agathon Rwasa mu birori vya CENI vyo gutangaza abakandida bemerewe avuga ko Rwasa azisunga ibwirizwa shingiro. 27 Ukw'icumi na rimwe 2026

Espagne: Ibiro vy'amatora vyuguruye icese mu matora rusangi

Abanya Espagne amamiriyoni bitezwe kuja gutora muri aya matora yahamagajwe n'umushikiranganji wa mbere, amezi umunani imbere y'ikiringo yari ategekanirijweko.

Hambavu y'ikarata itukura ya Bellingham, Real Madrid yaraye itakaje akaryo ko guhamvya Barcelona

Uru ni urukino rwa mbere Real Madrid itsinzwe inyuma y'inkino 11 zose yari imaze idatsindwa.

Igisirikare ca Iran kivuga ko ubwato butwara igitoro bwahiriye muri Hormuz

Ico gisirikare kirakunda gutangaza ivyashikiye ubwato kivuga ko buba bwagerageje guca muri uwo muhora ata ruhusha.

'Défense' isa n'iy'umurwi wo mu cicaro ca kabiri - Intango ya Pochettino ntizokworoha muri Man Utd

Mu nkino zitatu za mbere za Mauricio Pochettino, Manchester United yakubiswe ibitsindo 10.

Israel: Netanyahu asaba ko hoshingwa reta y'ubumwe aho uwo bahanganye Eisenkot yobanza kuba umushikiranganji wa mbere

Eisenkot yishuye mu gutumira Netanyahu, kw’ihoteli iwe, mu biganiro “vy’ukuri kandi vyihuta”.

Burundi: Ekleziya yatse Patiri Abeli Nduwimana amabanga yose, inyuma y'uko yinjiye muri politike

Ni ubwa mbere mu mateka y'Uburundi habonetse umupatiri, yari akiri mu mabanga, yinjiye icese muri politike.

MSF ivuga ko abakozi bayo babiri bishwe mu gitero ca Israel kw'ivuriro muri Gaza

Igisirikare ca Israel kivuga ko abo bishwe bari "ivyihebe" vy'umuhari Hamas, ariko ico gitero ciyamirijwe n'ishirahamwe ryitaho amagara kw'isi OMS.

Guinea-Bissau: Amatora ya perezida yasubitswe mu gihe cy'imyaka ibiri

Iryo tangazo rivuga ko gusubika amatora bizatanga igihe gihagije cyo kuyategura neza mu buryo bwizewe, agakorwa binyuze mu mucyo, aho abakandida bose bazahabwa amahirwe angana.

Ubwongereza: Ica gatatu c'urwaruka ntibarigera bagira imibonano mpuzabitsina, ariko benshi bararaba amasanamu y'ubusambanyi

Mu bafise imyaka iri hagati ya 16 na 24, igice c'abakobwa hamwe na 86% vy'abahungu ni bo bemeza ko baravye ayo mashusho.

Imvo n'imvano: Ni gute urwaruka amajana n'amajana rw'abarundi rwisanze mu ntambara muri Ukraine?

Kenya: Umukuru w'urushengero rwizera ko umuhero w'isi wegereje yagiriwe n'impfu z'abandi bantu 123

Paul Mackenzie yagiriwe no kwica abayoboke biwe, inyuma y'amayinga amaze apfunzwe ku bwicanyi bw'abana bw'ikivunga.

Agathon Rwasa agiye kwitura sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro inyuma yo kwankirwa kwitoza

Uwari yaserukiye Agathon Rwasa mu birori vya CENI vyo gutangaza abakandida bemerewe avuga ko Rwasa azisunga ibwirizwa shingiro.

Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo

  • Igitabu Papa Francis yandikamwo ivyo acamwo buri musi kigaragaza ibivugwa ko yabonye shetani incuro zitatuUwo Mwungere yemeza ko hamwe mu ho yaboneye shetani ari "mu kibanza gitaramutse abaririmvyi baririmbiramwo", mw'isengero.24 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya2 Ukw'icumi na kabiri 2024
  • Kenya na RDC byiyemeje gusubiza ku murongo umubano wa dipolomasi wari umaze imyaka urimo agatotsiRDC na Kenya byatangaje ko byiyemeje gusubizaho byuzuye umubano wa dipolomasi, harimo no gusubizaho ba ambasaderi b'ibihugu byombi.23 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Rwanda: Inkuru y'umugore wamamaye aho atuye kubera gukina igisoroIgisoro ni umukino gakondo ubu usa n'ugenda ucika dore ko benshi mu bato nta bumenyi na busa bawufiteho, mu bihe byo hambere wasaga n'umwihariko w'abagabo.19 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Umuhora w'ubutare ushigikiwe na Amerika urashobora kuzana amahoro n'iterambere muri RDC? "Lobito Corridor", ni igice c'umugambi w'umuhora ugamije gutuma Amerika ironka ubutare nkenerwa bwo muri Afrika.18 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Human Rights Watch yaneguye umugambi w'ibihugu bitanu vy'i Buraya wo kurungika abimukira mu RwandaIshirahamwe Human Rights Watch ryiyamirije umugambi w'ibihugu bitanu vy’i Buraya wo kurungika mu Rwanda abimukira, rivuga ko ari "ukwitandukanya kubabaje" n'indangagaciro uwo muryango wubakiyeko.17 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • 'Aha bahita kwa mucuzi... Ndabikunda cyane' – Uko Nirere yayobotse umwuga ukorwa n'abagore bacye mu RwandaUretse kuba uyu ari umwuga ugenda ucika kubera iterambere ry'inganda, no mu gihe cyo hambere ugikorwa cyane wasaga n'umwihariko w'abagabo. 17 Ukw'icumi na rimwe 2026

Igitabu Papa Francis yandikamwo ivyo acamwo buri musi kigaragaza ibivugwa ko yabonye shetani incuro zitatu

Uwo Mwungere yemeza ko hamwe mu ho yaboneye shetani ari "mu kibanza gitaramutse abaririmvyi baririmbiramwo", mw'isengero.

BBC GAHUZA WhatsApp Channel: Uko wayinjiramo ukajya ubona amakuru ako kanya

Kenya na RDC byiyemeje gusubiza ku murongo umubano wa dipolomasi wari umaze imyaka urimo agatotsi

RDC na Kenya byatangaje ko byiyemeje gusubizaho byuzuye umubano wa dipolomasi, harimo no gusubizaho ba ambasaderi b'ibihugu byombi.

Rwanda: Inkuru y'umugore wamamaye aho atuye kubera gukina igisoro

Igisoro ni umukino gakondo ubu usa n'ugenda ucika dore ko benshi mu bato nta bumenyi na busa bawufiteho, mu bihe byo hambere wasaga n'umwihariko w'abagabo.

Umuhora w'ubutare ushigikiwe na Amerika urashobora kuzana amahoro n'iterambere muri RDC?

"Lobito Corridor", ni igice c'umugambi w'umuhora ugamije gutuma Amerika ironka ubutare nkenerwa bwo muri Afrika.

Human Rights Watch yaneguye umugambi w'ibihugu bitanu vy'i Buraya wo kurungika abimukira mu Rwanda

Ishirahamwe Human Rights Watch ryiyamirije umugambi w'ibihugu bitanu vy’i Buraya wo kurungika mu Rwanda abimukira, rivuga ko ari "ukwitandukanya kubabaje" n'indangagaciro uwo muryango wubakiyeko.

'Aha bahita kwa mucuzi... Ndabikunda cyane' – Uko Nirere yayobotse umwuga ukorwa n'abagore bacye mu Rwanda

Uretse kuba uyu ari umwuga ugenda ucika kubera iterambere ry'inganda, no mu gihe cyo hambere ugikorwa cyane wasaga n'umwihariko w'abagabo.

Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?

Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza

Video

  • 2:33Video, Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?, Umwanya bimara 2,3328 Ukw'icenda 2026
  • 4:05Video, Droite na Gauche ni iki muri politiki?, Umwanya bimara 4,0524 Ukw'icenda 2026
  • 4:09Video, Dr Bajinya imbere y'ubutabera bw'Ubwongereza, Umwanya bimara 4,0922 Ukw'icenda 2026
  • 0:47Video, BBC Gahuza ubu turi kuri YouTube, Umwanya bimara 0,4711 Ukwa gatandatu 2026

Video, Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?, Umwanya bimara 2,33

Video, Droite na Gauche ni iki muri politiki?, Umwanya bimara 4,05

Video, Dr Bajinya imbere y'ubutabera bw'Ubwongereza, Umwanya bimara 4,09

Video, BBC Gahuza ubu turi kuri YouTube, Umwanya bimara 0,47

BBC Gahuza LIVE RADIO

Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.

Ibiganiro bya radiyo

  • Amajwi, Amakuru ya Gahuzamiryango
  • Amajwi, Imvo n'Imvano
  • 59:00Amajwi, Imvo n'Imvano: Inyuma y'imyaka 25 sentare ya Afrika y'ubuseruko ishinzwe, yashitse ku ki?, Umwanya bimara 59,0021 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • 59:00Amajwi, Imvo n'imvano ku rwego rw'uburezi rwugarijwe n'ikibazo cy'abana batarasubira ku mashuri mu Rwanda, Umwanya bimara 59,0014 Ukw'icumi na rimwe 2026

Amajwi, Amakuru ya Gahuzamiryango

Amajwi, Imvo n'Imvano

Amajwi, Imvo n'Imvano: Inyuma y'imyaka 25 sentare ya Afrika y'ubuseruko ishinzwe, yashitse ku ki?, Umwanya bimara 59,00

Amajwi, Imvo n'imvano ku rwego rw'uburezi rwugarijwe n'ikibazo cy'abana batarasubira ku mashuri mu Rwanda, Umwanya bimara 59,00

Imikino

  • Afcon 2025: Maroc na Sénégal barindiriye ingingo ya nyuma y'ubutungane inyuma y'urubanza23 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Messi yanditse ayandi mateka mu gutsindira ikirato c'inzahabu mw'ihiganwa MLS8 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Brésil: Itangwa ry'ikarata zitukura 53 mu rukino rumwe rw'umupira w'amaguru ryaciye umuhigo kw'isi5 Ukw'icumi na rimwe 2026
  • Rwanda: Umurwi wa basketball wa APR wakuwe muri BAL kubera ibihano vya Amerika, bivugwa na NBA4 Ukw'icumi na rimwe 2026

Afcon 2025: Maroc na Sénégal barindiriye ingingo ya nyuma y'ubutungane inyuma y'urubanza

Messi yanditse ayandi mateka mu gutsindira ikirato c'inzahabu mw'ihiganwa MLS

Brésil: Itangwa ry'ikarata zitukura 53 mu rukino rumwe rw'umupira w'amaguru ryaciye umuhigo kw'isi

Rwanda: Umurwi wa basketball wa APR wakuwe muri BAL kubera ibihano vya Amerika, bivugwa na NBA

Podcasts

  • Amajwi, Podcast: Imvo n'ImvanoIkiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
  • Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagoreIkiganiro cy’abagore
  • Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC GahuzamiryangoAmakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
  • Amajwi, Podcast: Ikinamico UrunanaTeramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
  • Amajwi, Podcast: Baza MugangaMubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango

Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano

Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye

Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore

Ikiganiro cy’abagore

Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango

Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango

Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana

Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana

Amajwi, Podcast: Baza Muganga

Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango

Dukurikire kuri

  • WhatsApp
  • Facebook
  • X
  • YouTube

Izisomwa na benshi

  1. 1Igisirikare ca Iran kivuga ko ubwato butwara igitoro bwahiriye muri Hormuz
  2. 2Israel: Netanyahu asaba ko hoshingwa reta y'ubumwe aho uwo bahanganye Eisenkot yobanza kuba umushikiranganji wa mbere
  3. 3Agathon Rwasa agiye kwitura sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro inyuma yo kwankirwa kwitoza
  4. 4Hambavu y'ikarata itukura ya Bellingham, Real Madrid yaraye itakaje akaryo ko guhamvya Barcelona
  5. 5'Défense' isa n'iy'umurwi wo mu cicaro ca kabiri - Intango ya Pochettino ntizokworoha muri Man Utd

Amarembo ngirakamaro

  • Uhora ugira ibibazo vyo kuja ku rubuga rwa BBC Gahuza? Ubu ni uburyo wokoresha
  • Reba ibiganiro byose
  • Abandi Dukorana

Bona amakuru mu zindi ndimi